IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 19 Myandagaro

Itarike 19 Myandagaro

samedi 19 Myandagaro 2017

Igenekerezo rya 19 Myandagaro

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1315: Ubugeni bwa Louis X de France hamwe na Clémence de Hongrie.
1919: Ukwikurkira kw’igihugu ca Afghanistan.
2005: Pierre NKURUNZIZA atorwa kuba umukuru w’igihugu.

JPEG - 22.1 ko
Pierre NKURUNZIZA, Umukuru w’igihugu c’Uburundi

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1883: Coco Chanel, umuhinga mu vyerekeye inyambaro.

JPEG - 25.4 ko
Coco Chanel

1919: Malcolm Forbes, umukuru w’ikinyamakuru co muri Amerika “Forbes”. Ikinyamakuru kizwi cane muvyo gusohora urutonde rw’abantu rutura mu gutunga hamwe n’amahera yafise.

1946: Bill Clinton, uwabaye umukuru w’igihugu ca Leta Zuznubumwe z’Amerika agira 42.

JPEG - 28.8 ko
Bill Clinton

1951: Jean-Luc Mélenchon,umunyapolitike w’umufaransa.
1953: Nanni Moretti, umukinyi akaba n’umuhinyanyuzi w’amareresi. Akomoka mu Butariyano.

JPEG - 6 ko
Nanni Moretti

1970: Fat Joe, umuririmvyi w’umunyamerika aririmba mu mudiho wa Rap.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1662: Blaise Pascal, umuhinga muvyerekeye ibiharuro w’umufaransa.

JPEG - 5.6 ko
Blaise Pascal

1819: James Watt, umuhinga muri Physique akomoka mu Bwongereza.
2005: Oscar Muller, umukinyi w’umupira w’amaguru akomoka mu Bufaransa.
2012: Tony Scott, umuhiyanyuzi w’amareresi w ‘umwongereza.

JPEG - 88.1 ko
Tony Scott

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu wahariwe ugufasha. Umunsi washinze n’inama nkuru ya ONU, ukaba uhimbazwa kuva igenekerezo rya 11 Kigarama 2008.
. Afghanistan: Umunsi mukuru wo kwibuka intahe yo kwikura.
. Leta Zunzubumwe z’Amerika : Umunsi ukuru wahariwe ivyerekeye indege ku rwego rw’igihugu.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.