Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 19 Ndamukiza
Itarike 19 Ndamukiza
samedi 19 Ndamukiza 2014
Igenekerezo rya 19 Ndamukiza ni umunsi wa 110 w’umwaka w’2014. Hasigaye iminsi 256 ngo urangire.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1984: Hemerwa ururirimboo ruhayagiza igihugu ca Autrariya. Ururirimbo rwitwa « Advance Australia Fair ».
2005: Benedigito wa 16 atorwa kuba umwungere wa Ekereziya Katorika.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1968: Mswati wa 3, umwami wo muri Swazeland.
- Mswati wa 3,
1971: Gad Elmaleh, umukinyi w’ivyese vyo gutwenza w’umufaransa akomoka muri Maroc.
- Gad Elmaleh
1972: Rivaldo, umukinyi w’umupira wa maguru wo muri Brésil.
1981: Maria Sharapova, umurusiyakazi w’umukinyikazi wa Tennis.
- Maria Sharapova
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1882: Charles Darwin, umuhinga muri biologie akaba n’umwanditsi w’umwongereza.
1906: Pierre Curie, umufaransa w’umuhinga muri physique. Yaronse agashimwe kitiriwe Nobel muri Physique mu 1903.
1967: Konrad Adenauer, uwarongoye umukuru w’Ubudagi.
INGABIRE Luc-Noël