Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Itarike 2 Kigarama - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 2 Kigarama

Itarike 2 Kigarama

mardi 2 Kigarama 2014

Igenekerezo rya 2 Kigarama ni umunsi ugira 336 w’mwaka w’2014. Hasigaye iminsi 29 kugira umwaka w’2014 urangire.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1804: Napoléon agirwa empereur w’abafaransa. Akaba yimitswe na papa Piyo w’7 mw’isengero Cathédrale Notre-Dame y’i Paris.
1851: Louis-Napoléon Bonaparte ahirika ubutegetsi bwa Napoléon wa 3.

JPEG - 31.9 ko
Louis-Napoléon Bonaparte

1971: Igihugu ca Emirats arabes unis kirikukira.
1982: Barmey Clark aba umuntu wa mbere yaronkejwe umutima uhinguwe(Coeur artificiel).

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1944: Ibrahim Rugova, umwanditsi akaba n’umunyapolitike wo muri Kosovo. Yabaye n’umukuru w’igihugu ca Kosovo.
1946: Gianni Versace, umutariyano w’umuhinga muvyo gushona impuzu.

JPEG - 136.1 ko
Gianni Versace

1981: Britney Spears, umuririmvyikazi w’umunyamerika.

JPEG - 185.2 ko
Britney Spears

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1918: Edmond Rostand, umwanditsi w’umufaransa akaba n’umwe mubagize urwego rujejwe kunagura ururimi rw’igifaransa.

JPEG - 81.1 ko
Edmond Rostand

1980: Romain Gary, umwanditsi w’umuaransa yakomoka mu Burusiya.

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu wahariwe ikurwaho ry’ubuja.
. Laos: Umunsi mukuru w’igihugu.
. Émirats arabes unis: Umunsi mukuru w’igihugu aho hibukwa ukwikukira kw’ico gihugu.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.