Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 2 Nyakanga
Itarike 2 Nyakanga
lundi 1er Nyakanga 2014
Igenekerezo rya 2 Nyakanga
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1853: Wilhelm Ostwald, umuhinga muri chimie w’umudagi.
- Wilhelm Ostwald
1877: Frederick Soddy, umuhinga muri chimie w’umwongereza. Yaronse agashimwe kitiriwe Nobe muri Chimie mu 1921.
1933: Mathieu Kérékou, umukuru w’igihugu ca Bénin.
- Mathieu Kérékou
1988: Javi Martínez, umukunyi w’umupira w’amaguru akomoka muri Espagne.
1989: Alexandre Pato, umukinyi w’umupira w’amaguru akomoka muri Brésil.
Abazwi cane bitavyimana w’igenekerezo nkiri
1937: Pierre de Coubertin, umuhinga muri kahise w’umufaransa.
1969: Hô Chi Minh, umunyapolitike wo muri vietnam. Ni umwe mubaharaniye ukwikukira kw’ico gihugu.
- Hô Chi Minh
2001: Christian Barnard,umuganga w’umuhinga muvyo kubaga umutima akomoka muri Afrika y’Epfo. Yabaye uwambere yashoboye kubaga umuntu amukuramwo umutima urwaye amushiramwo uyundi mutima.
- Christian Barnard
Ibihimbazwa
. Vietnam: Umunsi mukuru wo kwibuka ukwikukira kwico gihugu.
INGABIRE Luc-Noël