IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 2 Nzero

Itarike 2 Nzero

mercredi 3 Nzero 2018

Igenekerezo rya 2 Nzero.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1635: Cardinal Richelieu atanguza Académie française.

JPEG - 195.5 ko
Richelieu

1955: Havuka isamirizi Europe 1.
1964: Papa Paul wa 6 agendera ubwa mbere ikibanza ciswe « Isi Nyanda ».

JPEG - 12.1 ko
Papa Paul wa 6

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo «nkiri»

1985: Ismaël Bangoura, umukinyi w’umupira w’amaguru wo muri Guinée.

JPEG - 47.3 ko
Ismaël Bangoura

1987: Loïc Rémy, umukinyi w’umupira w’amaguru w’umufaransa.

Abazwi bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1980: Larry Williams, umuririmvyi acuraranga inanga y’ikizungu w’umunyamerika.

JPEG - 41.1 ko
Larry Williams

2011: Anne Francis, umukinyi w’amareresiw’umunyamerika.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.