Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 20 Ndamukiza
Itarike 20 Ndamukiza
vendredi 20 Ndamukiza 2018
Igenekerezo rya 20 Ndamukiza .
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1792: Ubufaransa bwatanguje intambara n’igihugu ca Autriche
1845: Ramon Castilla yabaye umukuru w’igihugu ca Perou
1947: Frederic XI yabaye umwami wa Danemark
1999: Muri Reta zunze ubumwe z’amerika habaye igitero kw’ishure ry’isumbuye Colombine rihitana abanyeshure 13
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
571: Mahomet, yatanguje idini rya isilamu
1889: Adolf Hitler, umunyepolitike yatanguje yongera aratwara umurwi Nazisme, w’umudagi
1972: Electra Carmen, umukinyi w’amareresi, umuririmvyikazi akongera akaba umunyamuderi w’umunyamerika
1972: Stephen Marley, umuririmvyi w’umujamayika akongera akaba umuhungu wa Bob Marley
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1947: Christian X, umwami wa Danemark na Islande
1994: Carmet Jean, umukinyi w’amareresi w’umufaransa
2002: Staley Layne, umuririmvyi w’umunyamerika
Ibihimbazwa
Mu guhigu ca Mexique bahimbaza umunsi w’abana (Jour des enfants)