Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 21 Myandagaro
Itarike 21 Myandagaro
lundi 21 Myandagaro 2017
Igenekerezo rya 21 Myandagaro .
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1745: Catherine II de Russie, umugore wa Pierre III w’i Saint-Pétersbourg.
1991: Igicapo ca Léonard de Vinci, « La Joconde », kiribwa.
- La Joconde
1959: Hawaï iba Leta igira 50 igize Leta Zunzubumwe z’Amerika.
1991 : Igihugu ca Lettonie kirikukira.
Abazwi cane bavutse igenekerezo nkiri
1930: Margeret, umwana wo mu nda y’ingoma y’Ubwongereza.
1938: Kenny Rogers, umuririmvyi w’umunyamerika. Umuririmvyi rurangiranwa mu mudiho wa country.
- Kenny Rogers
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1814: Benjamin Thompson, umuhinga muri physique w’umunyamerika.
1943: Henrik Pontoppidan, umwanditsi akomoka muri Danemark, yaronse agashimwe kitiriwe Nobel mu kwandika mu 1917.
1947: Ettore Bugatti, umuhinga mu vyerekeye amahinguriro. Akomoka mu Butariyano.
- Ettore Bugatti
Ibihimbazwa
. Maroc: Umunsi mukuru wahariwe urwaruka.
INGABIRE Luc-Noël