Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 21 Ndamukiza
Itarike 21 Ndamukiza
vendredi 22 Ndamukiza 2016
Igenekerezo rya 21 Ndamukiza.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1782: Havuka igisagara ca Bangkok.
- Bangkok
1943: Hatanguzwa umurwi w’umupira w’amaguru wa FC Nantes.
1938: Hasohoka ubwa mbere ikinyamakuru « Spirou ».
1944: Abakenyezi bahabwa uburenganzira bwo gutora mu Bufaransa.
1966: Hailé Sélassié wa 1 agendera igihugu ca Jamaïque. Haca havuka umuhari wa rastafari.
- Hailé Sélassié wa 1
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1864: Max Weber, umuhunga w’umudagi mu bijanye n’imibano.
1926: Umwamikazi w’Ubwongereza, Elisabeth wa 2. Umwamikazi w’ingoma y’Ubwongereza kuva 1952.
- Elisabeth wa 2
1940: Souleymane Cissé, umunyamareresi wo muri Mali.
Abazwi cane vitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1699: Jean Racine, umwanditsi w’umufaransa.
- Jean Racine
1971: Nina Simone, umucuraranzi w’umunyamerikakazi kandi akaririmba.
INGABIRE Luc-Noël