Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 22 Myandagaro
Itarike 22 Myandagaro
lundi 22 Myandagaro 2016
Igenekerezo rya 22 Myandagaro.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1582: Umwami wa Ecosse, Jacques wa 6, aribwa.
- Jacques wa 6, umwami wa Ecosse
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1624: Jean Regnault de Segrais, umwanditsi w’umufaransa.
- Jean Regnault de Segrais
1647: Denis Papin, umihinga mu biharuro no muri physique akomoka mu Bufaransa.
1917: John Lee Hooker, umucuraranzi w’umunyamerika.
- John Lee Hooker
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1904: Kate Chopin, umugore w’umwanditsi w’umunyamerika.
1978: Jomo Kenyatta, umunyapolitike wo muri Kenya yabaye umukuru w’ico gihugu kuva mu 1964.
Ibihimbazwa
. Mexique: Umunsi mukuru wahariwe abazimyamuriro.
. Russie: Umunsi wahariwe ibendera ry’ico gihugu.
. Uruguay : Umunsi wahariwe agateka ka zinamuntu.
INGABIRE Luc-Noël