Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Itarike 23 Munyonyo - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 23 Munyonyo

Itarike 23 Munyonyo

jeudi 23 Munyonyo 2017

Igenekerezo rya 23 Munyonyo ni umunsi ugira 327 w’mwaka w’2013. Hasigaye iminsi 38 kugira umwaka w’2013 urangire.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1891: Umukuru w’igihugu ca Brésil, Manuel Deodoro da Fonseca aratanga imihoho.

JPEG - 9.9 ko
Manuel Deodoro da Fonseca

1936: Ikinyamakuru c’abanyamerika “Life” kirasohoka ubwa mbere.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1804: Franklin Pierce, umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika agira uwa 14.

JPEG - 3.7 ko
Franklin Pierce

1953: Francis Cabrel, umuririmvyi w’umufaransa.

JPEG - 6.1 ko
Francis Cabrel

1982: Asafa Powell, umunonotsi w’umunyajamayika.

JPEG - 7.9 ko
Asafa Powell

Ibihimbazwa

. Japon: Umunsi mukuru w’akazi.
. Méxique: Umunsi mukuru w’abasirikare bakorera mu mazi.


INGABIRE Luc-Noel

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.