Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 23 Rusama
Itarike 23 Rusama
dimanche 22 Rusama 2016
Igenekerezo rya 23 Rusama.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1555: Haba itorwa rya Papa Paul wa 4.
1848: Hakurwaho ubuja muri Martinique.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1908: John Bardeen, umuhinga w’umunyamerika muri physique, yahawe agashimwe kitiriwe Nobel ka physique mu 1956 hamwe no mu 1972.
- John Bardeen
1984: Hugo Almeida, umukinyi w’umupira w’amaguru wo muri Portugal.
- Hugo Almeida
1988: Angelo Ogbonna, umukinyi w’umpira w’amaguru akomoka mu Buturiyano.
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1917: Ranavalona wa 3, umwamikazi wa Madagascar.
1937: John Davison Rockefeller, umurwizatunga w’umunyamerika yari umunyamitahe mu vy’amahinguriro. Niwe yatanze Ingabire y’ikibanza c’ubatswemwo icicaro ca ONU i New York.
- John Davison Rockefeller
Ibihimbazwa
Jamaïque: Umunsi mukuru w’akazi n’abakozi.
INGABIRE Luc-Noël