Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 24 Gitugutu
Itarike 24 Gitugutu
jeudi 24 Gitugutu 2013
Igenekerezo rya 24 Gitugutu ni umunsi ugira 297 w’mwaka w’2013. Hasigaye iminsi 68 kugira umwaka w’2013 urangire.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1599: Papa Clément w’8 amenyesha ko ubugeni bw’umwami Henri wa 4 na Marguerite de Valois bufuswe.
- Papa Clément w’8
1945: Amategeko ya ONU atangura gushirwa mu ngiro.
1964: Igihugu ca Zambiya kironka ukwikukira.
1970: Salvador Allende atorwa kuba umukuru w’igihugu ca Chili.
- Salvador Allende
2004: Zine el-Abidine Ben Ali asubira gutorwa ubwa ngo abe umukuru w’igihugu ca Tuniziya.
- Zine el-Abidine Ben Ali
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1804: Wilhem Eduard Weber, umuhinga muri Physique w’umudagi.
- Wilhelm Eduard Weber
1985: Umukinyi w’umupira w’amaguru akomoka mu Bwongereza.
Ibihimbazwa
. Umunsi wahariwe ONU.
. Umunsi mpuzamakungu wo kumenya inkuru zijanye n’iterambere.
. Umunsi mpuzamakungo wahariwe ukurwanya indwara y’ubukangwe.
. Zambiya: Umunsi w’igihugu aho hibukwa ukwikukira kw’ico gihugu.
INGABIRE Luc-Noël