Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 24 Munyonyo
Itarike 24 Munyonyo
mardi 24 Munyonyo 2015
Igenekerezo rya 24 Munyonyo .
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1642: Igihugu ca Tasmanie kiratorwa ubwa mbere.
1922: Benito Mussolini ahabwa ububasha bwose ku ntwaro yiwe.
- Benito Mussolini
1965: Mubutu Sese Seko atembagaza ubutegetsi muri Repubrika Iharanira intwaro ruangai ya Congo.
- Mubutu Sese Seko
1989: Elias Hraoui atorwa kuba umukuru w’igihugu ca Libani.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1632: Baruch Spinoza, umu philosophe w’umunyahorande.
- Baruch Spinoza
1927: Ahmadou Kourouma, umwanditsi wo muri Côte d’Ivoire.
- Ahmadou Kourouma
1959: Pierre Buyoya, uwahoze ari umukuru w’igihugu c’Uburundi.
- Pierre Buyoya
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1929: Georges Clemenceau, umunyapolitike w’umufaransa.
- Georges Clemenceau
1963: Lee Harvey Oswald, uwagirijwe kuba yagandaguye John F Kennedy.
2002: John Rawls, umu philosophe w’umunyamerika.
2007: William O’Neil, umunyapolitike w’umunyamerika.
Ibihimbazwa
. Muri Portugal: Umunsi wahariwe ubuhinga.
. Muri Turikiya: Umunsi mukuru whariwe abigisha.
INGABIRE Luc-Noël