Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 24 Ntwarante
Itarike 24 Ntwarante
jeudi 24 Ntwarante 2016
Igenekerezo rya 24 Ntwarante.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1455: Callixte III yabaye Pape inyuma y’urupfu rwa Pape Nicholas V
1837: Canada yahaye abirabure ubwigenge bwo gutora
1882: Robert Koch yatangaje ko yatoye agakoko kitwa "Bacille" gatera indwara y’igituntu
1948: Abagore baronse ubwigenge bwo gutora mu gihugu ca Belgique
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1930: Steve McQueen, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika
1933: William Smith, Umukinyi w’amareresi w’umunyamerika
1977: Corneille, umuririmvyi w’umunyafaransa afise amamuko yo mu Rwanda
1993: Diego Rolan, umukinyi w’umupira w’amaguru aturuka mu gihugu ca Uruguan
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1455: Pape Nicholas V
1603: Elizabeth I, umwamikazi w’ubwongereza
2008: Aspinall Neil, yatunganya ibiteramo vy’umurwi w’abaririmvyi Beatles
Ibihimbazwa
Umunsi mpuzamakungu wo kurwanya indwara y’igituntu
Mu gihugu ca Ouganda bahimbaza umunsi w’igiti
Messages
31 Ntwarante 2016, 08:37, par leonard
ndabona kwisi igifis ikimazi nukWubaha imana