Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 24 Nzero
Itarike 24 Nzero
dimanche 24 Nzero 2016
Igenekerezo rya 24 Nzero.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
2001: Joseph Kabila atangazwa ko ariwe mukuru w’igihugu ca Repubrika iharanira intwari rusangi ya Congo.
- Joseph Kabila
1984: Steve Jobs, imbere y’abantu bagera ku bihumbi 3 ashikiriza ubwa mbere imashini yo mu bwoko bwa Macintosh 128K.
- Macintosh 128K
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1961: Nastassja Kinski, umukinyi w’amareresi w’umudagi.
1975: Rónald Gémez, umukinyi w’umupira w’amaguru wo muri Costa Rica.
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1965: WInston Churchill, umushikiranganji wa mbere w’Ubwongereza. Yihawe agashimwe kitiriwe Nobel mu kwandika mu 1953.
- WInston Churchill
2003: Gianni Agnelli, umutariyano w’umurwizatunga muvyerekeye amahinguriro.
INGABIRE Luc-Noël