Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 24 Rusama
Itarike 24 Rusama
mercredi 23 Rusama 2018
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1626: Peter Minuit agura izinga rya Manhattan. Izinga riri mu gisagara ca New York muri Reta Zunzubumwe z’Amerika.
1993: Igihugu ca Erythreya kirikukira.
- Erythreya
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1945: Priscilla Beaulieu, umukinyi w’amareresi akaba n’umutambukanyi wa Elvis Presley.
1966: Eric Cantona, umukinyi w’umupira w’amaguru w’umufaransa.
- Eric Cantona
1976: Mokobé, umwe mubagize umurwi w’abaririmvyi 113 hamwe na Mafia K’1 Fry.
- Mokobé
1979: Tracy McGrady, umukinyi wa basketball w’umunyamerika.
- Tracy McGrady
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1883: Abd El-Kader, uwarongoye igihugu ca Algérie.
1903: Marcel Renault, umufaransa yatanguje imiduga yo mu bwoba bwa Renault.
Ibihimbazwa
Bulgarie: Umunsi wahariwe indero, imico, ukwandika.
Bermudes: Umunsi wahariwe igihugu.
Erythreya: Umunsi mukuru wo kwibuka ukwikukira.
INGABIRE Luc-Noël