Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 25 Ntwarante
Itarike 25 Ntwarante
mercredi 25 Ntwarante 2015
Igenekerezo rya 25 Ntwarante ni umunsi wa 84 w’umwaka w’2015. Hasigaye iminsi 281 ngo urangire.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1901: Hakorwa imoteri ya mbere ikoresha igitoro ca Diesel.
1994: Reta Zunzubumwe z’Amerika irangiza igikorwa co gukura asirikare bayo muri Somariya.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1942: Aretha Franklin, umunyamerikazi w’umuririmvyikazi.
- Aretha Franklin
1947: Elton John, umuririmvyi w’umwongereza.
- Elton John
1951: Maizie Williams., umumwongerezakazi w’umuririmvyi, umwe mubari bagize umurwi “Boney.M”.
- Maizie Williams
1965: Sarah Jessica Parker, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika.
1988: Big Sean, umuririmvyi w’umunyamerika.
- Big Sean
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1969: Max Eastman, umwanditsi w’umunyamerika.
- Max Eastman
1975: Fayçal wa 2 wo muri Arabiya Sawudite, umwami w’igihugu ca Arabiya Sawudite.
INGABIRE Luc-Noël