IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 26 Myandagaro

Itarike 26 Myandagaro

dimanche 27 Myandagaro 2017

Igenekerezo rya 26 Myandagaro

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1978: Haratorwa Papa Jean-Paul wa 1.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1740: Joseph-Michel Montgolfier, umuhinga w’umufaransa.
1743: Antoine Lavoisier, umuhinga muri chimie. Niwe bifata nkuwazanye chimie ya none.

JPEG - 22.3 ko
Antoine Lavoisier

1880: Guillaume Apollinaire, umwanditsi w’ivyivugo(poème) w’umufaransa.
1910: Mère Teresa, uwihebeyimana w’umuhindi ari mwi dini rya Katorika. Yaronse agashimwe kitiriwe Nobel k’amahoro mu 1979.

JPEG - 31.7 ko
Mère Teresa wi Calcutta

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1975: Hailé Sélassié wa 1, umwami wa Ethiopie.

JPEG - 8.7 ko
Hailé Sélassié wa 1

1976: Warner Anderson, umukunyi w’amareresi w’umunyamerika.

Ibihimbazwa

. Muri Leta Zunzubumwe z’Amerika: Umunsi w’ingana ry’abagore. Icibutso c’itorwa ryukunganisha abagore n’abagabo biri mw’ibwirizwa nshingiro ryo 1920.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.