Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 26 Ntwarante
Itarike 26 Ntwarante
jeudi 26 Ntwarante 2015
Igenekerezo rya 26 Ntwarante ni umunsi wa 85 w’umwaka w’2015. Hasigaye iminsi 280 ngo urangire.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1971: Igihugu ca Bangladesh kironka ukwikukira.
1989: Yasser Arafat ashingwa amabanga yo kurungora Reta ya Palestina.
- Yasser Arafat
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1753: Benjamin Thompson, umunyamerika w’umuhinga muri physique.
1904: Joseph Campbell, umwanditsi w’umunyamerika.
1935: Mahmoud Abbas, umukuru w’ubutegetsi bwa Palestina.
- Mahmoud Abbas
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1902: Cecil Rhodes, umwonya afrika y’epfo akomoka mu bwongereza ari mu batanguje igihugu ca Rhodésie (cavuyemwo Zimbabwe na Zambie).
1984: Sékou Touré, umukuru w’igihugu ca Guinée kuva 1958.
- Sékou Touré
1996: David Packard, umurwizatunga w’umunyamerika.
Ibihimbazwa
. Bangladesh: Umunsi bibuka ukwikukira kw’ico gihugu.
INGABIRE Luc-Noël