Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 27 Gitugutu
Itarike 27 Gitugutu
vendredi 27 Gitugutu 2017
Igenekerezo rya 27 Gitugutu .
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1806: Igisirikare c’Ubufaransa cinjira mu gisagara ca Berlin mu Budagi.
1978: Anouar el-Sadate hamwe na Menahem Begin baronka agashimwe k’amahoro kitiriwe Nobel.
- Anouar el-Sadate
1991: Igihugu ca Turkménistan kirikukira.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1728: James Cook, umukerarugendo w’umwongereza yatoye amazing menshi kw’isi.
1858: Theodore Roosevelt, uwabaye umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika agira 26.
- Theodore Roosevelt
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1977: James M. Cain, umwanditsi w’umunyamerika.
1990: Jacques Demy, umunyamareresi w’umufaransa.
1999: Vazgen Sargsyan, umukuru w’igihugu ca Arménie.
- Vazgen Sargsyan
2006: Ghulam Ishaq Khan, umukuru w’igihuguca Pakistan.
Ibihimbazwa
. Saint-Vincent-et-les Grenadines: Umunsi wo kwibuka ukwikukira.
. Turkménistan: Umunsi wo kwibuka ukwikukira.
INGABIRE Luc-Noel