Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 27- 28 Ntwarante
Itarike 27- 28 Ntwarante
mardi 27 Ntwarante 2018
Itarike 27 Ntwarante
Igenekerezo rya 27 Ntwarante.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1703: Pierre le Grand atanguza igisagara ca Saint-Pétersbourg. Kikaba catangujwe citwa Petrograd, hama Leningrad. Ico gisagara kikaba casubiye guhindurwa izina mu 1991.
- Pierre le Grand
1968: Youri Gagarine, umudereva w’ibigendajuru agira isanganya mu ndege yo kwimenyereza MIG-15.
1993: Mahamane Ousmane, umukuru w’igihugu wa Niger.
1995: Nelson Mandela akura umugore wiwe muri Reta.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1845: Wilhelm Röntgen, umudagi w’umuhinga muri physique.
- Wilhelm Röntgen
1857: Karl Pearson, umwongereza w’umuhinga mu biharuro.
1970: Mariah Carey, umuririmvyikazi w’umunyamerika.
- Mariah Carey
1975: Fergie, umuririmvyikazi w’umunyamerika akaba n’umukinyi w’amareresi.
- Fergie
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1968: Youri Gagarine, umurusiya yabaye umuntu wa mbere yashoboye kuja mu kirere(dans l’espace).
- Youri Gagarine
2011: Farley Gragey, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika.
Ibihimbazwa
. Umunsi mpuzamakungu wahariwe ivyese(théâtre). Umunsi watanguye mu 1961 mu gisagara ca Vienne muri Autriche.
Itarike 28 Ntwarante
Igenekerezo rya 28 Ntwarante ni umunsi wa 87 w’umwaka w’2014. Hasigaye iminsi 278 ngo urangire.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1899: Gussie Busch, umurwizatunga w’umunyamerika.
1985: Steve Mandanda, umukinyi w’umupira w’umurufaransa.
1986: Lady Gaga, umuririmvyikazi w’umunyamerika.
- Lady Gaga
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1969: Dwight David Eisenhow, umusirikare yabaye umukuru w’igihugu ca Reta Zunzubumwe z’Amerika agira uwa 34.
- Dwight David Eisenhow
2013: Richard Griffiths, umukinyi w’amareresi w’umwongereza.
INGABIRE Luc-Noël
Messages
2 Ndamukiza 2018, 11:06, par Ndikuriyo Jean Bosco
Uwakinye Ireresi Ya Yesu mwamwibagiye nawenye yirirurangiranwa