IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 27 Rusama

Itarike 27 Rusama

mercredi 27 Rusama 2015

Igenekerezo rya 27 Rusama.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1703: Havuka igisagara ca Saint-Pétersbourg, mu gihugu c’Uburusiya.
1937: Hashikirizwa igitarurwa ca Golden Gate Bridge mu gisagara ca San Francisco.

JPEG - 163.8 ko
Igitarurwa "Golden Gate Bridge"

1974: Jacques Chirac atorwa kuba umushikiranganji wa mbere w’Ubufaransa.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1332: Ibn Khaldoun, umuhinga muri kahise akaba n’umu philosophe wo muri Maghreb, muri Afrika y’Uburaruko.
1894: Louis-Ferdinand Céline, umwanditsi w’umufaransa.
1911: Hubert Humphrey, uwabaye umukuru w’igihugu ca Reta Zunzubumwe z’Amerika agira 38.

JPEG - 131.5 ko
Hubert Humphrey

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1564: Jean Calvin, umwe mubatanguje amashengero yaba protestani.

PNG - 1.3 Mo
Jean Calvin

1610: François Ravaillac, umuyobe yagandaguye umwami w’Uburansa.
1964: Jawaharlal Nehru, umunyampolitique wo mu Buhindi.
2011: Jeff Conaway, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika.

JPEG - 63.2 ko
Jeff Conaway

Ibihimbazwa

. Mu Bufaransa : Muri Guadeloupe, Saint Barthélemy, Saint-Martin : Umunsi hibukwa ikurwaho ry’ubuja.
. Nigeria: Umunsi mukuru w’abana.
. Pérou: Umunsi wahariwe ikirimi ciki « indigène ».


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.