Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 28 Munyonyo
Itarike 28 Munyonyo
lundi 27 Munyonyo 2017
Igenekerezo rya 28 Munyonyo .
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1912: Igihugu ca Albaniya kirikukira.
1960: Igihugu ca Mauritaniya kirikukira.
1966: Uburundi buba Repubrika.
1975: Igihugu ca Timor Oriental
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1908: Jean Claude Lévi-Strauss, umu philosophe w’umufaransa.
- Jean Claude Lévi-Strauss
1950: Russel Alan Hulse, umuhinga muri physique qw’umunyamerika. Yaronse agashimwe kitiriwe Nobel muri physique mu 1993.
1977: Fabio Grosso, umukinyi w’umupira w’amaguru w’umutariyano.
1979: Chamillionnaire, umuririmvyi w’umunyamerika.
- Chamillionnaire
1984: Trey Songz, umuririmvyi w’umunyamerika.
- Trey Songz
1985: Shy’m, umuririmvyi w’umufaransa.
- Shy’m
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1954: Enrico Fermi, umuhinga muri physique w’umutariyano. Yakoze ipire rya mbere. Yahawe agashimwe kitiriwe Nobel muri physique mu 1938.
1960: Richard Wright, umwanditsi w’umunyamerika.
Ibihimbazwa
. Albaniya: Umunsi mukuru wo kwibuka ukwikukira kw’ico gihugu.
. Mauritaniya: Umunsi mukuru wo kwibuka ukwikukira kw’ico gihugu.
INGABIRE Luc-Noël