Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 29 Gitugutu
Itarike 29 Gitugutu
mardi 29 Gitugutu 2013
Igenekerezo rya 29 Gitugutu ni umunsi ugira 302 w’mwaka w’2013. Hasigaye iminsi 63 kugira umwaka w’2013 urangire.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1923: Turikiya iba Repubrika.
1922: Umwami w’Ubutariyano, Victor-Emmanuel wa 3, asaba Moussollini gushiraho lea nshasha.
- Victor-Emmanuel wa 3
1965: Uwutavuga rumwe ‘ubutegetsi bwa Maroke, Mehdi Ben Barka, aranyuruzwa i Paris. Ntawasubiye kumenya irengero ryiwe.
- Mehdi Ben Barka
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1924: Danielle Mitterrand, umutambukanyi wa François Mitterrand yahoze ari umukuru w’igihugu c’Ubufaransa.
- Danielle Mitterrand
1938: Ellen Johnson Sirleaf, umukuru w’igihugu ca Liberiya.
- Ellen Johnson Sirleaf
1987: José Franciscco Torres, umukinyi w’umupira w’amaguru w’umunyamerika.
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1969: Francisco Orlich Bolmarcich, umukuru w ‘igihugu ca Costa Rica kuva 1962 gushika 1966.
2008: William Wharton, mwanditsi w’umunyamerika.
2011: Robert Lamoureux, umikinyi w’amareresi w’umufarasa.
INGABIRE Luc-Noel