IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 29 Munyonyo

Itarike 29 Munyonyo

vendredi 29 Munyonyo 2013

Igenekerezo rya 29 Munyonyo ni umunsi ugira 333 w’mwaka w’2013. Hasigaye iminsi 32 kugira umwaka w’2013 urangire.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1945: Hatnguzwa Repubrika ihurikiyemwo bose ya Yougoslavie.

2009: Urwanda ruba igihugu ca 54 kigize umuryango wa Commonwealth, umuryango w’ibihugu bikoresha ururimi rw’icoongereza.

2012: Palestina yemererwa kuja mu muryango wa ONU ariko nka Leta yinkiyeka burorerezi.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1902: Carlo Levi, umwanditsi w’umutariyano.

1932: Jacques Chirac, umukuru w’igihugu w’Ubufaransa.

1934: Nicéphore Soglo, umukuru w’igihugu ca Bénin.

1962: Andrew McCarthy, umukinyi akaba n’umuhinyanyuzi amareresi w’umunyamerika.

1977: Maria Petrova, umurusiyakazi atamba itambo ku rubga runyerera.

1979:
The Game, umuririmvyi w’umunyamerika.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

2001: George Harrison, umucuraranzi w’umwongereza. Umwe mubari bagize umurwi rurangiranwa wa The Beatles.

2005: David di Tommaso, umukinyi w’umupira w’amaguru w’umufaransa.

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu wahariwe ugufatanamunda nabanya palestina.


Luc Ingabire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.