Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Itarike 3 Ntwarante - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 3 Ntwarante

Itarike 3 Ntwarante

mercredi 2 Ntwarante 2016

Igenekerezo rya 3 Ntwarante.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1873: Louis Pasteur, umuhinga muri biologie atora ubuhinga bwo gukora inzoga no kuzibika mu buryo bita « pasteurisation ».

JPEG - 626.4 ko
Louis Pasteur

1923: Hatanguzwa ikinyamakuru bita « Time Magazine ».
1961: Hassan wa 2 aba umwami wa Maroc.

JPEG - 64.6 ko
Hassan wa 2

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1847: Alexandre Graham Bell, umuhinga w’umwongereza yakoze iterefone ya mbere.

JPEG - 43.2 ko
Alexandre Graham Bell

1986: Issama Mpeko, umukinyi w’umupira w’amuguru akomoka muri Congo.

Uwuzwi cane yitavyimana kw’igenekerezo nkiri

2009: Sydney Earle Chaplin, umukinyi w’amareresi n’ivyese w’umunyamerika.


INGABIRE Luc-Noel

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.