Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 3 Nyakanga
Itarike 3 Nyakanga
lundi 3 Nyakanga 2018
Igenekerezo rya 3 Nyakanga.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
590: Itorwa rya papa Grégorie wa 1.
1783: Gambie kija ku mategeko y’Ubwongereza.
1971: Igihugu ca Qatar kironka intahe yo kwikukira.
1941: Itorwa rya papa Benoît wa 15.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1765: Jean Conan, umwanditsi w’umufaransa.
1859: Jean Jaurès, umunyapolitike w’umufaransa.
- Jean Jaurès
1875: Ferdinand Porsche, umuhinga akomoka muri Autriche. Ni umwe mubiyumviriye, barakora imidokari zo mu bwoko bwa Volkswagen Cocinelle.
1905: Carl David Anderson, umuhinga muri Physique, yaronse agashimwe kitiriwe Nobel ka Physique mu 1936.
- Carl David Anderson
1931: Samir Amin, umwanditsi w’umunyamisiri.
1936: Zine el-Abidine Ben Ali, umunyapolitike wo muri Tunisie.
- Zine el-Abidine Ben Ali
1948: Levy Mwanawasa, uwahoze ari umukuru w’igihugu ca Zambie.
- Levy Mwanawasa
1959: Cocoa Tea, umuririmvyi wo muri Jamaïque.
1976: Samuel Kuffour, umukinyi w’umupira w’amaguru wo mu gihugu ca Ghana.
Uwuzwi cane yitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1948: Edvard Benes, umukuru w’igihugu ca Tchécoslovaquie.
- Edvard Benes
Ibihimbazwa
. Australie: Umunsi mukuru wahariwe ibendera.
. Canada : Umunsi wahariwe abahoze mu gisoda co mu mazi n’urudandaza rwo mu mazi.
. Qatar: Umunsi mukuru wo kwibuka ukwikukira.
INGABIRE Luc-Noël