Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 30 Myandagaro
Itarike 30 Myandagaro
mercredi 30 Myandagaro 2017
Igenekerezo rya 30 Myandagaro.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1963: Ishirwaho rya telephone itukura.
1991: Ukwikukira kwa Azerbaïjan.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1871: Ernest Rutherford, umuhinga muri chimie na physique akomoka muri Nouvelle Zélande. Yaronse agashimwe kitiriwe Nobel ka chimie mu 1908.
- Ernest Rutherford
1939: Elisabeth Ashley, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika.
1954: Alexendre Loukachenko, umukuru w’igihugu ca Biélarussie.
- Alexandre Loukachenko
1954: David Paymer, umukinyi w’amareresi w’umunyamerika.
1972: Cameron Diaz, umukinyi w’amareresi w’umunyamerikakazi.
- Cameron Diaz
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1981: Mohammad Ali Rajai, uwabaye umukuru w’igihugu wa 2 wa Irani.
- Mohammad Ali Rajai
2006: Naguid Mahfouz, umwanditsi w’umunyamisiri yaronse agashimwe kitiriwe Nobel mu kwandika mu 1988.
Ibihimbazwa
. Umunsi mpuzamakungu w’abatakaye ku nguvu.
. Kazakhstan: Umunsi mukuru w’ibwirizwa nshingiro.
. Turquie: Umunsi mukuru w’intsinzi.
INGABIRE Luc-Noël