IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 31 Kigarama

Itarike 31 Kigarama

samedi 31 Kigarama 2016

Igenekerezo rya 31 Kigarama.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1946: Umukuru w’igihugu ca Reta Zunzubumwe z’Amerika, Harry S. Truman, atangaza ko indwano y’isi yose ya 2 irangiye.

JPEG - 30.1 ko
Harry S. Truman

1951: Umugambi « plan Marshall » wo kuzamura ubutunzi bw’umugabane wa Buraya urarangira.
1964: Umukuru w’igihugu ca Indonénie, Soekarno, agabisha ko igihugu ciwe gishobora kuva mu muryango wa ONU mu gihe igihugu ca Malaisie cokwemererwa kuja muri ONU.

JPEG - 24.6 ko
Soekarno

1965: Jean Bédel Bokassa ahirika ubutegetsi muri Centrafrique.

JPEG - 63.8 ko
Jean Bédel Bokassa

1980: Umukuru w’igihugu ca Sénégal, Léopold Sédar Senghor arataga imihoho mu kibanza c’umukuru w’ighugu. Abdou Diouf aca aramusubirira.

JPEG - 80.3 ko
Léopold Sédar Senghor

1984: Rajiv Gandhi aba umukuru w’iguhugu c’Ubuhindi, asubirira nyina wiwe Indira Gandhi.
1992: Igihugu ca Tchécoslovaquie kivamwo ibihugu bibiri arivyo : Repubrika ya Tchéque hamwe na Repubrika ya Slovaquie.

Abazwi cane bavutse kw ‘igenekerezo nkiri

1491: Jacques Cartier, umufaransa atora igihugu ca Canada.
1972: Grégory Coupet, umukinyi w’umupira w’amaguru w’umufaransa.
1977 : PSY, umuririmvyi yamuka muri Koreya y’Epfo.

JPEG - 20.3 ko
PSY

INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.