Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 4 Nzero
Itarike 4 Nzero
jeudi 4 Nzero 2018
Igenekerezo rya 4 Nzero .
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1896: Utah iba Reta igira 45 muri Reta zigize Reta Zunzubumwe z’Amerika.
1960: Uwanditsi w’umufaransa Albert Camus arwa mw’isanganya ry’umuduga.
- Albert Camus
1972: Haba ubwa mbere mu Bufaransa ikiganiro gica ku mbonesha kure citwa « Des chiffres et des lettres ».
2010: Muri Emirats Arabes Unis, hinjirwa igrifa yitwa « Burj Khalifa ». igirofa ifise imetero 828 z’uburebure.
- Igorofa "Burj Khalifa"
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1643: Isaac Newton, umuhinga akaba n’umu philosophe w’umwongereza.
- Isaac Newton
1883: Max Forrester Eastman, umwanditsi w’umunyamerika.
1995: Maria Isabel, umurrimvyi wo muri Espagne.
Abazwi cane bitavyimana kwigenekerezo nkiri
2004: Brian Gibson, umuhinyanyuzi w’amareresi w’ umunyamerika.
- Brian Gibson
2013 : Lassaad Ouertani, umukinyi w’umupira w’amaguru akomoka muri Tuniziya.
Ibihimbazwa
. Umunsi mpuzamakungu w’inyandiko y’impumyi.
. Biramniya : Umunsi mukuru wo kwibuka ukwikukira.