Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 5 Ruhuhuma
Itarike 5 Ruhuhuma
mercredi 5 Ruhuhuma 2014
Igenekerezo rya 5 Ruhuhuma ni umunsi wa 36 w’umwaka w’2014. Hasigaye iminsi 360 ngo urangire.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1895: Wilhelm Röntgen, umudagi w’umuhinga muri physique atora ico imishwarara bita X (rayon X).
- Wilhelm Röntgen
1933: Hatangurwa iyubakwa ry’igitarurwa « Golden Gate Bridge » kiri mu gisagara ca San Francisco.
- Golden Gate Bridge
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1876: Konard Adenaouer, uwatwaye Reta y’Ubuduga.
1969: Marilyn Manson, umuririmvyi w’umunyamerika.
- Marilyn Manson
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1589: Catherine de Médécis, umwamikazi w’Ubufaransa.
1933: Calvin Coolidge, uwabaye umukuru w’igihugu ca Reta Zunzubumwe z’Amerika agira 30.
- Calvin Coolidge
INGABIRE Luc-Noël