Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 6 Nyakanga
Itarike 6 Nyakanga
jeudi 6 Nyakanga 2018
Igenekerezo rya 6 Nyakanga
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1901: Umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika, William Mckinley aragandagagurwa.
- William Mckinley
1940: Ion Antonescu aba umukuru w’igihugu ca Roumanie.
1968: Igihugu ca Swaziland kirikukira.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1656: Guillaume Dubois, umunyapolitike w’umufaransa.
1766: John Dalton, umuhinga muri chimie no muri physique w ‘umwogereza.
- John Dalton
1814: George-Étienne Cartier, uwabaye umukuru w’igihugu muri Canada.
1888: Joseph Patrick Kennedy, umunyapolitike w’umunyamerika.
1896: Mario Praz, umwanditsi w’umutariyano.
1900: Julien Green, umwanditsi w’umufaransa.
1909: Michael Golden, umuhinyanyuzi w’amareresi w’umunyamerika.
- Michael Golden
1913: Leonidas de Silva, umukinyi w’umupira w’amaguru wo muri Brésil.
1925: Jimmy Reed, umuririmvyi w’umunyamerika.
1960: Roland C. Wagner, umwanditsi w’umufaransa.
- Roland C. Wagner
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1683: Jean-Baptiste Colbert, umunyapolitike w’umufarsansa.
1907: Sully Prudhomme, umwanditsi w’ivyivugo(poèmes) w’umufaransa, yaronse agashimwe kiiriwe Nobel mu kwandika mu 1901.
- Sully Prudhomme
Ibihimbazwa
. Canada na Leta Zunzubumwe z’Amerika: Umunsi wo kwibuka abana bapfuye bakivuka.
. Pakistan: Umunsi wahariwe igisirikare.
. Swaziland: Umunsi mukuru wo kwibuka ukwikukira kw’igihugu.
INGABIRE Luc-Noël