Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 6 Ruhuhuma
Itarike 6 Ruhuhuma
lundi 5 Ruhuhuma 2018
Igenekerezo rya 6 Ruhuhuma.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1537: Alexandre de Médicis aragandagurwa n’uwitwa Lorenzino de Médicis batazira Lorenzaccio.
- Alexandre de Médicis
1838: Samuel Morse yatoye icuma citwa Télégraphe akigerageza ubwambere.
- Icuma "Télégraphe"
- Samuel Morse
1980: Indira Gandhi atsinda mu matora yo mu Buhindi.
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1919: Theodore Roosevelt, umukuru w’igihugu ca Reta Zunzubumwe z’Amerika agira 26. Yaronse agashimwe k’itiriwe Nobel k’amahoro mu 1906.
- Theodore Roosevelt
1942: Victor Fleming, umuhinyanyuzi w’amareresi w’umunyamerika.
Ibihimbazwa
. Umunsi mpuzamakungu wahariwe ababaye impfuvyi kubera intambara.
INGABIRE Luc-Noël