IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 7 Ndamukiza

Itarike 7 Ndamukiza

vendredi 7 Ndamukiza 2017

Igenekerezo rya 7 Ndamukiza

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1921: Charles de Gaulle agira ubugeni na Yvonne Venrdoux.

JPEG - 8.3 ko
Charles de Gaulle

1948: Hashingwa ishirahamwe mpuzamakungu ry’amagara y’abantu, OMS.
1994: Haduka ihonyabwoko mu gihugu c’Urwanda.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1506: François Xavier, umumisiyonari w’umu jésuite akomoka muri Espagne.
1958: Jackie Chan, umukinyi w’amareresi.

JPEG - 47.7 ko
Jackie Chan

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1803: Toussaint Louverture, intwari mw’ihinduka ry’ibintu muri Haïti.
1823: Jacques Charles, umufaransa w’umuhinga muri physique. Niwe yatanguje umupira wa gaz.

1947: Henry Ford, umuhinga mu gukora imiduga.
1994: Agathe Uwilingiyimana, umunyaporitike w’umunyarwandakazi. Yabaye umushikiranganji wa mbere w’Urwanda kuva itarike 18 Mukakaro 1993 gushika 7 Ndamukiza 1994.

JPEG - 210.6 ko
Agathe Uwilingiyimana

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu wahariwe amagara y’abantu.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.