Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 7 Ruhuhuma
Itarike 7 Ruhuhuma
jeudi 8 Ruhuhuma 2018
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1857: Gustave Flaubert, umwanditsi w’umufaransa yambikwa izera n’ubutungane inyuma yo kwagirizwa ko yarengeye imico n’akaranga.
Gustave Flaubert
1986: Jean-Claude Duvalier, umukuru w’igihugu ca Haïti ahungira mu Bufaransa.
Jean-Claude Duvalier
1991: Jean Bertrand Aristide aba umukuru w’igihugu wa Haïti. Akaba yasubiye gutorwa mu 2001.
- Jean Bertrand Aristide
Ibihimbazwa
Umunsi mpuzamakungu w’ukutagira iterefone ngendanwa.
INGABIRE Luc-Noël