IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 8 Munyonyo

Itarike 8 Munyonyo

mardi 8 Munyonyo 2016

Igenekerezo rya 8 Munyonyo.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1904: Theodore Roosevelt atorwa ubugira kabiri ngo abe umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika.

JPEG - 31.2 ko
Theodore Roosevelt

1917: Franklin Delano Roosevelt atorwa ngo abe abe umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika.
1933: Mohammad Zaher Shah aba umwami wa Afganistani.
1960: John Fitzgerald Kennedy atorwa kuba umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika.

JPEG - 5.6 ko
John Fitzgerald Kennedy

1988: George H.W. Bush atorwa kuba umukuru w’igihugu ca Leta Zunzubumwe z’Amerika.
2005: Ellen Johnson Sirleaf atorwa kuba umukuru w’igihugu ca Liberiya.

JPEG - 8 ko
Ellen Johnson Sirleaf

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1847: Jean Casimir-Perier, uwabaye umukuru w’igihugu c’Ubufaransa.
1900: Margaret Mitchell, umwanditsi w’umunyamerika.
1922: Christian Barnard, umuganga w’umunyafrika y’epfo. Niwe yabaye uwambere yashoboye kubaga umutima ubwa mbere.

JPEG - 5 ko
Christian Barnard

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1953: Ivan Bounine,umwanditsi w’umurusiya yaronse agashimwe kitiriwe Nobel mu kwandika mu 1933.
1986: Viatcheslav Mikhaïlovitch Molotov, umunyapolitike w’umurusiya.

JPEG - 8 ko
Viatcheslav Mikhaïlovitch Molotov

Ibihimbazwa

. Umunsi mpuzamakungu wahariwe w’itunganywa ry’ibisagara.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.