Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Itarike 9 Nyakanga - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 9 Nyakanga

Itarike 9 Nyakanga

lundi 9 Nyakanga 2013

Igenekerezo rya 9 Nyakanga ni umunsi ugira 252 w’umwaka w’2013. Hasigaye iminsi 113 kugira umwaka w’2013 urangire.

Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri

1668: Icese ca Molière citwa « L’Avare ou l’École du mensonge » kirabeshwaho.

JPEG - 54.9 ko
Isanamu yo mw’ireresi ya "L’Avare" yakinywe na Louis e Funès

1776: Intara 13 zijahamwe ziraheza ziba Leta Zunzubumwe z’Amerika.
1850: Californie iba leta igira 31 igize Leta Zunzubumwe z’Amerika.
1948: Haba Repubrika iharanira demokarasi ya Coreya y’Uburaruko.

GIF - 3.3 ko
Ibendera y’igihugu ca Coreya y’Uburaruko

1991: Igihugu ca Tadjakistan kironka ukwikukira.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1585: Richelieu, umu cardinal w’umunyapolitike w’umufaransa.

JPEG - 6 ko
Richelieu

1890: Kurt Lewin, umuhinga muvy’inifato w’umunyamerika.
1985: Luka Modric, umukini w’umupira w’amaguru wo muri Croatie.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1976: Mao Zedong, umukuru w’igihugu c’Ubushinwa. Ni nawe yatanguje umugamwe waba cominista muri ico gihugu.

JPEG - 4.7 ko
Mao Zedong

1978: Jack Warner, umuhinyanyuzi w’amareresi w’umunyamerika.
1981: Jacques Lacan, umuganga akaba numu psychanaliste wumufaransa.
1990: Samuel Doe, umukuru w’igihugu ca Libéria.
1998: Lucio Battisti, umririmvyi w’umutariyano.

JPEG - 11.2 ko
Lucio Battisti

Ibihimbazwa

. Coreya y’Uburaruko: Umunsi mukuru w’igihugu aho bibukwa aho ico gihugu cantanguzwamwo intwaro ya demokarasi.
. Costa-Rica : Umunsi wahariwe umwana.
. Californie: Umunsi mo kwibuka iyinjira ry’iyo Leta muma Leta agize Leta Zunzubumwe z’Amerika.
. Tadjikistan: Umunsi mukuru wo kwibuka ukwikukira kw’ico gihugu.


INGABIRE Luc-Noël

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.