Accueil > Amakuru > Akahise > Ivyaranze 14 Munyonyo
Ivyaranze 14 Munyonyo
vendredi 14 Munyonyo 2014
Igenekerezo rya 14 Munyonyo ni umunsi ugira 318 w’mwaka w’2014. Hasigaye iminsi 47 kugira umwaka w’2014 urangire.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1650 : Guillaume wa 3 d’Orange-Nassau, umwami w’Ubwongereza.
1889 : Jawaharlal Nehru, umushikiranganji wa mbere w’Ubuhindi.
Jawaharlal Nehru
1896 : Mamie Eisenhower, umugore w’uwabaye umukuru w’igihugu wa Leta Zunzubumwe z’Amerika.
1922 : Boutros Boutros Ghali, umunyamisiri yabaye umunyamabanga mukuru wa ONU.
Boutros Boutros Ghali
1935 : Hussein, umwami wa Jordanie kuva 1952 gushika 1999.
1943 : Peter Norton, umuhinga muvya informatique akaba n’uwikorera utwiwe w’umunyamerika.
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1831 : Georg Wilhelm Friedrich Hegel, umu philosophe akomoka i Wurtemberg.
1951 : Booker T. Washington, umushakashatsi akaba un’umwigisha hamwe n’umukinyi w’ivyese w’umunyamerika.
Ibihimbazwa
. Umunsi mpuzamakungu wahariwe ukurwanya indwara y’igisukari(diabète).
. Colombie : Umunsi wahariwe umukenyezi w’umunyakorombiya.
. Mu Buhindi : Umunsi wahariwe abana.