Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Jiji Seven ati : "Time Will Come". Umviriza amajambo urabe n’isanamu (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Jiji Seven > Amasanamu > Jiji Seven ati : "Time Will Come". Umviriza amajambo urabe n’isanamu (...)

Jiji Seven ati : "Time Will Come". Umviriza amajambo urabe n’isanamu nshasha

mardi 6 Nzero 2015

Isanamu y’ururirimbo "Time Will Come" yashitse ku mugaragaro, ikozwe mu mudiho wa Raggae nk’uko umuririmvyi Jiji Seven akunze gukora muri uwo mudiho.

Jiji Seven atanga ubutumwa bukurikira mu ruririmbo, ati : "Igihe kizoshika aho wibagira ingorane urimwo, mu bibazo vyose wame wibuka ko hari umugenzi adahemuka, agukunda vy’ukuri, izina ryiwe ni Yesu Christo. Ese womwizera akamuha umwanya, azokuvyura akugire uwatsinze. Nta rimwe, haba na mba, ntuzigera utsindwa".

Umviriza amajambo wongere urabe ubuhinga bw’isanamu y’ururirimbo "Time Will Come" yakozwe n’umuhinyanyuzi Kibamba


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.