Accueil > Kwidagadura > Amareresi > Munyare yasavye gufashwa mw’ireresi <Ni bande Tunigana>
Munyare yasavye gufashwa mw’ireresi <Ni bande Tunigana>
dimanche 29 Ntwarante 2015
Ndaruzaniye Deo batazira Munyare, yiteguriye gusohora ireresi yiwa
Uwo asanzwe azwi nk’umukinyi wa Ni nde,igikonino gica ku nsamirizi n’imboshakure ya Reta y’Uburundi (RTNB), avuga ko uwomufasha akamuterera ico arico cose yomushimira, kuko vyomutuma iyo reresi yiwe isohoka. Ivyo tukaba tubisanga ku rubuga rwiwe ngurukanabumenyi, aho asaba imfashanyo kugira ashobore gusohora iyo yeresi.
Kuri urwo rubuga, Ndaruzaniye Deo yandika ati: ‘’Bakozi b’ IMANA, Bakunzi Banje Mwese Mwanka Ibikogwa Vya Satani Ndabasavye Ngo Mumfashe Gusenga Kugirango Nsohore Film Yanje Nise <
Tukabamenyesha ko Ndaruzaniye Deo batazira Munyare, asanzwe ari n’umuririmvyi w’indirimbo ahanini zihimbaza Imana.
Aristide Nizigire
Messages
29 Ntwarante 2015, 12:44, par havyarimana desire
None yoba yaravuye muri ninde?jewe niyemeje kumufasha
30 Ntwarante 2015, 01:03, par Nuwera
Kugushigikira ningombwa ariko ntuzove canke ntuzobewaravuye muri NI NDE. Kukonakuze nkunda Ni NDE nunomusi ndinzensaza nkiyikunda.
30 Ntwarante 2015, 21:30, par KOTO
Ndaruzaniye Afite Igitekerezo Cyiza Niyo Mpamvu Nda Mwifurije Kuronka Kugira Inzozi Ziwe Zisohore.Nsaba Nabandi Boye Gutinya Gukora.
10 Munyonyo 2016, 20:46, par foi dix
uyomusaz,imana nimujimbere pe! yumvigisabicho ciwe mana duhezagirir uyumusaza amen