Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Patient Matabaro yemeje ku mugaragaro umwigeme bakundanye - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Patient Matabaro > Inkuru > Patient Matabaro yemeje ku mugaragaro umwigeme bakundanye

Patient Matabaro yemeje ku mugaragaro umwigeme bakundanye

jeudi 8 Nzero 2015

Umuririmvyi Patient Matabaro atanguye umwaka atangarije abakunzi biwe uwo bakundanye.

JPEG - 91.5 ko
Patient Matabaro na Ines batazira Mulla

Amakuru y’uko Patient Matabaro yerekanye uwo bakundanye yatanguye kuvugwa mu gihe uwo muririmvyi yari mu giteramo citiriwe "how much I love" ca Kook-k. Kuri uwo munsi w’igiteramo Matabaro yoba yarahamagaye umwigeme yitwa Ines amubaza ko yoba azi ko amukunda uri uwundi yishura ko abizi, aca amusoma ku munwa. Aho hari kw’igenekerezo rya 01/01/2015. Haheze iminsi ibiri gusa, Matabaro yemeje ku mugaragaro ko akunda umwigeme Ines batazira MULLA.

Ivyo bije inyuma yaho Patient Matabaro ari kumwe na MULLA basubiriyemwo ururirimbo "Feelings" yakoranye na Fariouz. Ubu naho Matabaro aherutse gusohora ururirimbo yise "Bado Nipo".


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.