IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > T-max > "Reka tubirangize" : Ururirimbo rushasha T-max yakoranye na Dada (...)

"Reka tubirangize" : Ururirimbo rushasha T-max yakoranye na Dada Cross

lundi 31 Ntwarante 2014

T-max na Dada Cross bakoranye ururirimbo rufise umudiho w’ikinyafrika, ibintu bitari bimenyerewe kuri T-Max azwi cane mu mudiho wa Hip Hop. "Reka tubirangize" ni ururirimbo rwasohokeye rimwe n’urundi abo baririmvyi bise "Ngirira Vuba"

Raba wongere wumvirize ururirimbo "Reka tubirangize"


Chérif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.