Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > SAT B > Amafoto > Sat b yasohoye ifoto i pantalon igira ikoroke
Sat b yasohoye ifoto i pantalon igira ikoroke
mercredi 19 Munyonyo 2014
Iyo amaze iminsi mu gihugu ca Kenya, Sat b yashize ahabona ifoto igikiriza kiri gusa i pantalon nayo yayambariye epfo cane bimwe bita "Pocket Down".
Iyo foto yanditse ko "The Satura amabafle" biboneka ko ari iyitiriwe ururirimbo aherutse gushira ahabona yise "Satura Amabafle".
Raba i foto
Mwomenya ko Sat b yahimbaje isabukuru y’amavuka kw’igenekerezo rya 16 Munyonyo, uwo muririmvyi asaba Imana ko uko agenda akura abe ariko n’ubwenge bukura.
Raba isanamu y’ururirimbo ’Satura Amabafle"
Cherif Nkeshimana
Messages
19 Munyonyo 2014, 15:21, par abed
Erega;abakurikira abantu nkaba bariko barakurikira Satani.
20 Munyonyo 2014, 06:07, par Bouquetin
Ikwize niho uzoronk iteka ku mana nomubantu.iyomana uvuga ikunda abambay badahena
22 Ndamukiza 2015, 21:25, par JAY SHALO
jay -sharo .b Jendabona ivy’isi dukwuye kuvyima amaso .umwe wese aka jana nico abona kimworoheye kuruhande gwe atarabiye kuri mugenziwe.Kuko twese ntitwokunda bimwe.
29 Rusama 2015, 12:37, par CHARMAN NATURE
Nashaka Kubu mu Sitar Nkame
29 Rusama 2015, 12:38, par CHARMAN NATURE
Nashaka Kubu mu Sitar Nkame
6 Nyakanga 2015, 07:16, par Ciza jacques
Namanze yubah,abamusumba nka fizzo nabandi,hanyuma kwambarankuko sibibi ikibinuko nahoyukwita hasinohejuru atazopf,aberewe!narabirekubandi nka brack j
29 Munyonyo 2015, 07:08, par kibasomba amani
ndamushigikiye
18 Ruhuhuma 2016, 18:07, par Sat-B
nimuyimpe indirimbo
18 Ruhuhuma 2016, 18:09, par Sat-B
nimuyimpe indirimbo
9 Ntwarante 2016, 00:11, par Barukundi Jean Marie
Begayemwe Sat B Nibamureke Yibereho Kuko Imana Yamuremye Niyo Imubon
6 Ndamukiza 2016, 16:34, par Nduwa-Yamoto-egide
hehehe!! jew abant barantangaz mbega muribagiy y’uko umunt wes akund ico ashak
29 Ndamukiza 2016, 21:09, par Osé Héliodoro Niyukuri
Sat-b Irambire
30 Ndamukiza 2016, 08:38, par Sat_b
Sat_b
7 Rusama 2016, 18:09, par Sat _b
Indirimbo
24 Myandagaro 2016, 15:29, par Paul Nitunga
Nibamureke Yi Ryorehe Ubu Star Bwiwe Yabwiherewe Nimana Ok Niyirambire Abandanye Uturyohera
3 Gitugutu 2016, 21:02, par RIEVEN
JE VREMA SAT-B ,ARI MUBANTUBAMBERE NEMERA KUKO NDAMUKUNDANDA CANE.
3 Kigarama 2016, 18:24, par Elvis
Nukuri Sat.B Turamukumbuy Hano Mu Burundi
12 Ruhuhuma 2017, 13:41, par DUSABIMANA PROSPER
NUKURI BIRARYOHEYE KUBONA YIBUKA GUSABIMANA KUKO NIYITANGAVYOSE
3 Ntwarante 2017, 21:34, par Ndayishimiye Aaron
Komeza Gutrimber.
13 Ndamukiza 2017, 17:56, par rukundo onesyme
iyo poketi yararenge?
14 Nyakanga 2018, 14:17, par Dj nocentpro
satb kwelnibamurekenumwe!ntuwuzamupinza!