Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umukobwa azoboneka mw’isanamu "I am feeling" baramunyegeje mu maso (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Kook-k > Inkuru > Umukobwa azoboneka mw’isanamu "I am feeling" baramunyegeje mu maso (...)

Umukobwa azoboneka mw’isanamu "I am feeling" baramunyegeje mu maso (Amafoto)

mardi 21 Gitugutu 2014

Isanamu y’ururirimbo rwa Kook-k iriko itegurwa, iyo nteguro yayo iboneka mu mafoto arimwo umukobwa ataco yahishije kuko hanini aboneka ari gusa. Iyo ndirimbo itanga ubutumwa bw’urukundo gusa.

Amafoto y’ururirimbo amaze kuja ahabona arimwo umukobwa yambaye agahuzu ko munsi gapfuka igitsina gusa. Baragerageje kumufuka mu maso kugira ntamenyekane ariko, ko azoboneka isanamu imaze kuja ku mugaragaro bari gushaka bakamwerekana.

Kook-k avuga ko ururirimbo "I am feeling it" ata kindi ruvuga atari urukundo, ivyo vyumvikana mu majambo y’urukundo ari mu ruririmbo. Kook-k ati :"Ndavyumva mu mutima wanje..."...ngiye kugukunda gusumba uko nahora...wewe umbera umutaka, iyi ndirimbo ni iyawe, unsumbira bose, mwamikazi wa Afrika wambaye ishusho ry’Uburundi.. uzokwama ku mutima wanje".

Amafoto yafatiwe mu Rumonge Kook-k yari kumwe n’umuhinyanyuzi ariko isanamu izokorwa na Kook-k ubwiwe.

Amwe mu mafoto amaze kuja ahabona :

Umviriza amajambo y’urukundo avugwa muri urwo ruririmbo


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.