Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > B-Face On The’flo > Inkuru > Umuririmvyi B-Face yatoye zimwe mu ndirimbo ziwe zigiye gukorerwa (...)
Umuririmvyi B-Face yatoye zimwe mu ndirimbo ziwe zigiye gukorerwa amasanamu
jeudi 16 Gitugutu 2014
Umuririmvyi B-Face amaze kubona indirimbo ziri mu majwi "Audios" zibaye nyinshi, yigiriye inama yo gutanguza isekeza ryo kuzikorera amasanamu. Zibiri za mbere yahisemwo mu zindi zigiye gushirwa mu minwe y’abahinyanyuzi karuhariwe b’amasanamu.
B- Face ashaka ko isanamu ya mbere y’ururirimbo "Like This" yoyikora na Black G bamwe bazi kw’izina rya Africano. Iyo ashaka ko izokorwa n’abahinyanyuzi bakorera mu kibiri aribo Fleury Pro, Cherif Pro, na Johnny B. Ico gikorwa kirangiye, B Face avuga ko hazoca hakorwa isanamu y’ururirimbo yise "Ivyo wigira n’ibiki" yaririmbanye na Chany Queen.
Mwomenya ko uwo muririmvyi w’umudiho wa "Rap" gushika ubu afise isanamu y’ururirimbo rumwe "Hip Hop is my Style". Uwo n’abandi basangiye umudiho wa "Rap" biyemeje kurwana mpaka uwo mudiho ashitse ku rugero rw’iyindi midiho. Ikindi n’uko ari mw’ihiganwa "ku mwanya freestyle" rihuza abaririmvyi ba Rap bo mu ma komine y’igisagara ca Bujumbura, ihiganwa rigeze mu gice ca kabiri gishira ica nyuma.
Raba isanamu y’ururirimbo" Hiphop is my Style" rwa B Face
Cherif Nkeshimana
Messages
26 Ndamukiza 2017, 10:15, par Samuel Ndacayisaba Batazira FILS YAN
Nukuri Nibirungo Kubarundi Twese Vraiment Naterimbere Nkumuzingaaaaaaaaa.
2 Rusama 2017, 08:47, par maniraho spitz
kwl nakomerez aho ingom ya rap izoter imber mu bdi uk tuvyipfuz twe ab fans Bace turamwemer sana kuk arashoboy
13 Ruheshi 2017, 14:50, par Richard
b face turamukunda kandi cane rero turipfuza ko yotera imbere kuri hophup yiwe.Reka ngire nti big up sana.Rich-boy
24 Ndamukiza 2018, 02:58, par Dj Niyonkuru Diomede
B Face Komera Kumuheto Indirimbo Zawe Ziraryoshe Cane,kandi Zirimwoimpanuro Nyinshi,
22 Ruheshi 2018, 20:40, par siriyake cank wasiri
b face komerandagufana
9 Mukakaro 2018, 20:07, par Shimirimana Aline
Andika hano B-face Ndamukunda Caneee Aruta Chris Brown.Ati Komera.Arazakugira Conseur Ino Murutana.
12 Mukakaro 2018, 21:06, par Yves Irakoze
B-face Komerandak Mumudiho Waw Turinyumazaw .
10 Nyakanga 2018, 11:20, par desire abdoul
B.face komeza ugwanira agateka kabaririmvyi man urashoboy turinyuma yaw
2 Gitugutu 2018, 19:36, par Nduwamahoro Boniface .B-feci
B-feci turamukund cane kuko araririmba bein,