Abakurikiranira hafi umuririmvyi R-Flow babonye ko mu biteramo vyinshi amaze iminsi yitaba hano I Burundi aba yambaye ibirato bidasa, ivyo rero vyatumye abantu benshi bibaza igituma nico vyatumye tuboneraho akaryo ko kumubaza imvo zituma yambara ibirato bidasa.
R-flow avuga yuko abikora n’impaka kuko afise imyambaro mishasha yise ngo “Flow style”.
Ivyo rero akaba abona ko abantu batari bakwiye kubitangarira kuko uretse ibirato, n’impuzu agiye kuza arambara zizoba zitangaje gusumba kuko ngo (...)
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > R-flow > Inkuru
Inkuru
-
R-Flow: impamvu asigaye yitaba ibiteramo yambaye ibirato bidasa
28 Ntwarante 2013 -
Menya vyinshi k’umuririmvyi R-flow
23 Ruhuhuma 2013Karimunda Riche –florin azwi kw’izina rya R-flow ni umusore w’imyaka 26, afise urupapuro rw’umutsindo muvyo ubutunzi, amaze kumenyekana nk’umuririmvyi w’umurundi akomeye kubera indirimbo n’ijwi ryiwe bikundwa na benshi.
R-flow yatanguye kuririmba mu mwaka wa 2006,n’indirimbo yiwe ya mbere yitwa “Never died” yaririmbanye na Soso .k yamaze kwitaba Imana.
Vyatanguriye aho, kubera ko ubuhinga aririmbana atangura gusabwa n’imirwi n’abaririmvyi batandukanye ko bofashanya indirimbo, twovuga nka Daz.Q, (...) -
R-flow na Chanelle basigaye ari nk’ipata n’urugi murukundo
20 Ruhuhuma 2013Karimunda Riche-Florin azwi kw’izina rya R-flow uwo Chanelle asigaye yita “King chanelle” na Gitare Chanelle basigaye bita “Queen flow” kubera umukunzi wiwe R-flow; inyuma yaho bumviye ko harabababeshera ngo barahebanye bagiye umugambi wo guhinyuza iyo nkuru,Ubu bakaba bakundana nk’ipata n’urugi.
Nkuko babimenyesha ngo mu minsi iheze hariho abantu bavuze amakuru atariyo ko Chanelle ashobora kuba yarahebanye na R-flow ngo babihereye kundirimbo nshasha ya chanelle yitwa “VYANDENZE”.
Chanelle (...)