Naho yari amaze igihe ari mu gacerere, umuririmvyi Yoya Jamal yashize ahabona amajambo ari mu ruririmbo ’’Wagiye he’’.
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Yoya Jamal > inkuru
inkuru
-
Yoya Jamal yerekanye amajambo agize ururirimbo " Wagiye he"
5 Nyakanga 2017 -
Amashusho y’indirimbo RUKUNDO y’Umuririmvyi YOYA Jamal (Video)
10 Ntwarante 2016, par Jean De DieuYoya Jamal umuririmvyi amaze kumenyekana hano mu gihugu c’ Uburundi mbere no mu mahanga yasohoye amashusho y’indirimbo RUKUNDO
-
Yoya yipfuza kuririmbana n’abanyarwanda
5 Ndamukiza 2013Yoya ni umuririmvyi amaze kumenyekana hano mu gihugu c’ Uburundi mbere no mu mahanga. Akaba ubu ariko arategura urukurikirane rw’indirimbo izoba yitwa ” Niko bimeze” kuko avuga ko ubwa mbere yaririmba indirimbo imwe imwe ariko nta rukurikirane yarafise.
Ico atangaza mu myiteguro y’ urwo rukurikirane rw’indirimbo ni uko yifuza ko indirimbo zimwe yoziririmbana n’abanyarwanda nka King James, Knowless na The ben kuko asanzwe ari umugenzi wiwe akomeye .
Akomeza avuga ko afise ivyizigiro ko iyo (...)