Yoya Jamal yasohoye isanamu y’ururirimbo yasubiyemwo ari kumwe n’abana hamwe n’umurwi Nkunda Abantu.
Ururirimbo "Imagine"rwa John Lennon umuririmvyi wo mu Bwongereza wo mu myaka y’i 1960, rwasubiwemwo na Yoya Jamal ari kumwe n’abana hamwe n’umurwi Nkunda Abantu. Urwo ruririmbo rwasubiwemwo kw’izina "Imagine in Burundi".
Urwo ruririmbo rubonekamwo imidiho kavukire(amakembe)bivuzwa na Alfred na Bernard hamwe n’ingoma.
Ururirimbo "Imagine" rwasohotse mu myaka y’i 1988 ruri mu rukurikirane "Imagine" (...)
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Yoya Jamal > Indirimbo
Indirimbo
-
Umviriza "Imagine in Burundi" ururirimbo rwasubiwemwo na Yoya
7 Ntwarante 2015 -
Mu ruririmbo "IBIGAMBO", Yoya ababazwa n’umukunzi wiwe yumviriza insaku
15 Gitugutu 2014Yoya yasohoye ururirimbo rushasha ruvuga uko amajambo y’insaku yica urukundo agasambura ingo. Mu citabirizo Yoya agira ati : "Nshaka kumenya nimba unyizera canke wizera ivyo baza bakubwira".
Ururirimbo "Ibigambo" rwaraye rusohotse rukubitira urugohe abakundana ariko babanga amatwi bumviriza insaku zivugwa hirya no hino kandi ukuri kuba kuriho. Ati :" Urusaku rusambura izubatse." Yoya avuga kandi ati : "Bakubwira i buryo bakubwira i bubamfu bakubwira, bakubwira urusaku bakubwira, ibigambo (...) -
Mot de passe
7 Ntwarante 2014 -
Ikigabo
17 Gitugutu 2013Iyi ndirimbo, Yoya yayikoranye n’umuririmvyi Dr Claude
-
warahemutse
16 Gitugutu 2013