Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Umviriza "Imagine in Burundi" ururirimbo rwasubiwemwo na Yoya - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Yoya Jamal > Indirimbo > Umviriza "Imagine in Burundi" ururirimbo rwasubiwemwo na Yoya

Umviriza "Imagine in Burundi" ururirimbo rwasubiwemwo na Yoya

samedi 7 Ntwarante 2015

Yoya Jamal yasohoye isanamu y’ururirimbo yasubiyemwo ari kumwe n’abana hamwe n’umurwi Nkunda Abantu.

Ururirimbo "Imagine"rwa John Lennon umuririmvyi wo mu Bwongereza wo mu myaka y’i 1960, rwasubiwemwo na Yoya Jamal ari kumwe n’abana hamwe n’umurwi Nkunda Abantu. Urwo ruririmbo rwasubiwemwo kw’izina "Imagine in Burundi".

Urwo ruririmbo rubonekamwo imidiho kavukire(amakembe)bivuzwa na Alfred na Bernard hamwe n’ingoma.

Ururirimbo "Imagine" rwasohotse mu myaka y’i 1988 ruri mu rukurikirane "Imagine"

Umviriza uko urwo ruririmbo rwasubiwemwo


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.