Matabaro ariko ashira ahabona ifatwa ry’isanamu(video) y’ururirimbo yakoranye na R Flow. Bari kumwe n’abakobwa bambaye udutenge tuzingiye haruguru cane y’amavi, tukongera tugafuka amabere gusa.
Ururirimbo "Whatsapp"Matabaro yaririmbanye na Flow rwamenyekanye cane igihe Matabaro yari mu buserukizi bwa Primusic2014.
Raba amafoto amaze kuja ahabona:
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Patient Matabaro > Inkuru
Inkuru
-
R Flow, Matabaro n’abakobwa bambaye udutenge tugufi mw’itegurwa ry’isanamu nshasha
20 Ntwarante 2015 -
Indirimbo za Patient MATABARO zaronse isoko mu mahanga
3 Ntwarante 2015Abaririmvyi bo mu Burundi bariko barondera amasoko yo kugurisha indirimbo zabo mu bihugu vyo mu karere. Mbega mu Burundi habuze uwozana urwo rucuruza kugira umuririmvyi atungwe n’akazi kiwe?.
Inyuma ya Ashley GIRUKWISHAKA aheruka kugirana amasezerano yo kugurisha indirimbo ziwe n’ishirahamwe "Room Tech" ryo muri Kenya, Patient MATABARO nawe yafashe iyo nzira nyene. Uwo nawe yagiranye amasezerano y’imyaka itatu n’ishirahamwe DMARK ryo mu Buganda. Amahera MATABARO azokura mu muziki wiwe azovana (...)